Amafoto y'Ukurahira kwa Prezida Donald Trump

Prezida Donald Trump kumwe n'umuryango wiwe, bigina instinzi yiwe.

Prezida agira 47 w'Amerika, Umuhungu wiwe, Madamu wiwe, na visi prezida wiwe.

Joe Biden yahora ari prezida wa Amerika, na Barck Obama yigeze kuba prezida wa Amerika.

Bamwe mu bariko bakurikirana ijambo rya Donald Trump yimikwa.

Bamwe mu batumire, barimwo abakire karuhariwe Mark Zuckerberg, Jeff Bezos, Sundar Pichai na Elon Musk

Abatumire

Bamwe mu bariko bakurikirana ibirori vyo kurahiza Trump muri stade ya Capitol One.

Abana ba Trump n'Umukwe wiwe.

Prezida Donald Trumo ariko avuga ijambo.

Donald Trump aramukanya na Joe Biden yahora atwara Amerika

Elon Musk, umutambukanyi wa visi prezida wa Amerika n'umuhungu wa Donald Trump

Bamwe mu bayoboke ba Trump

Joe Biden yahora atarwa Amerika na Kamala Harris yahora ari visi prezida wiwe

Icumba ca Rotunda Donald Trump yarahiriyemwo

Barack Obama yahora ari prezida wa Amerika

Donald Trump ahobera madamu wiwe Melania Trump

Donald Trump mu cumba ca Rotunda yarahiriyemwo, kumwe n'abatumire biwe

Prezida Donald Trump na visi prezida wiwe J.D. Vance 

Donald Trump avuga ijambo 

Donald Trump yinjira mu cumba ca Rotunda yavugiyemwo ijambo

Donald Trump ariko ararahira

Bamwe mu bayoboke ba Donald Trump

Donald Trump, visi prezida wiwe n'umuryango wiwe

Ingoro Donald Trump yarahiriyemwo. Ino ngoro, ni nayo ikoreramwo inama nshingamateka

Donald Trump na Madamu wiwe

Icumba ca Rotunda Trump yarahiriyemwo

Aha ni muri Stade ya Capital One, aho abatandukanye baravye ibirori vy'iy'imikwa rya Trump ikibiriraho

Bill Clinton yahoze ari prezida wiwe, Madamu wiwe yigeze kuba umushikiranganji ajejwe imigenderanire y'Amerika n'ayandi makungu, George W Bush yahoze ari prezida na madamu wiwe Laura Bush na Barack Obama yahoze ari prezida wa Amerika. Madamu wiwe Michelle Obama ntiyaje mu birori vyo kwimika Donald Trump